Iwanyu mu ntara
Your browser doesn’t support HTML5
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Kuri uyu wa kabiri haramenyekana ikipe yegukana igikombe cy'amahoro mu mupira w'amaguru mu Rwanda muri uyu mwaka. Mu Burundi haravugwa ibura ry’isukari. Leta y’Uburundi yagabanije amafarabga y’igipimo cya Covid-19 ku bakoresha umupaka wa Gatumba