Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amwe mu mashirahamwe n'abashingamateka mu Burundi bafise impungenge ku mafaranga reta y'Uburundi Izokoresha mu mwaka uza. Kongo yirukanye Abanyarwanda bakorera i Bukavu. Ukraine ifitse amahirwe yo kwinjira mu Muryango w'Ubumwe bwa Buraya