Igisirikare ca Kongo Cemeza ko Cigaruriye Uturere Twari mu Minwe ya M23

Igisirikare ca RDC mu Bikorwa vyo gukizura

Muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, ingabo z’igihugu zabohoje imidugudu yari yarafashwe n’inyeshamba za M23. Ariko imirwano irakomeza muri parike ya virunga.

Imidugudu ya Chanzu, Runyoni, Disiza, Nyarubara na Tchengerero zabohowe n’ingabo z’igihugu nyuma y’iminsi ibiri iri mu maboko ya M23 mw’ijoro ryo kuwa Gatatu no kuwa Kane mu gitondo.

Inkuru duyishikirizwa n’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Ali Darius Assanka uri i Goma.

Your browser doesn’t support HTML5

Iyi Mirwano Yatumye Abantu Barenga 2000 Bahunga