Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Uburundi bwibutse urupfu rwa Perezida Cyprien Ntaryamira, waguye mw'iraswa ry'indege yarimo na mugenzi we w'u Rwanda, Juvenal Habyarimana n'abandi bategetsi b’ibihugu byombi. Iyo ndege yarasiwe mu kirere c'i Kanombe mu Rwanda kw'igenekerezo rya 6 ry'ukwezi kwa kane mu 1994.