Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Perezida wa Tuniziya Kais Saied yasheshe inama nshingamateka yongera avuga ko abashingamateka bazokurikiranwa n’ubutungane. Uburusiya bwatanguye gukura abasirikare mu micungararao y'umurwa mukuru Kiev wa Ukraine