Iwanyu mu ntara

Your browser doesn’t support HTML5

Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Muri Republika ya demokrasi ya Congo, abaganga 4 b’ikigo nderabuzima ca Katalukulu kivurirwamwo impunzi z’Abarundi zo mw’ikambi ya Mulongwe iri muri segiteri ya Mutambala Teritware ya Fizi intara ya Kivu yo mu bumanuko baraye banyurujwe