Burundi: Imiryango 120 mu Gatumba Yasenyewe n'Imyuzure

Imiryango 120 yo muri zone Gatumba ya komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura ntigira aho ikika umusaya biturutse ku myuzurira yasubiye kwibonekeza muri ako gace gakikujwe n’ikiyaga Tanganyika n’uruzi Rusizi.

Abajejwe intwaro muri ako karere basaba leta kugarukira kuri iyo miryango.

Iyi ni inkuru y'Ijwi ry'Amerika dusomerwa na Desire Hatungimana i Kigali mu Rwanda

Your browser doesn’t support HTML5

Abasenyewe n'Imyuzure mu Gatumba Barasaba Ubufasha