Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Amakuru agezweho muri kano gatondo: Inama ya bose ya ONU yemeje ku bwinshi ko Uburusiya kuva ubu nyene muri Ukraine. CPI Yahawe Uburenganzira bwo Gutangura Gutohoza ku vyaha muri Ukraine