Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Abahinzi b'umuceri mu gishanga cya Nyabarongo kiri mu karere ka nyarugenge bararira ayo kwarika nyuma y'aho umuceri wabo urengewe n'imyuzure.
Impunzi z’Abarundi hafi 250 babaga mu nkambi ya Mulongwe mu burasirazuba bwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo, basubijwe mu Burundi kuri uyu wa kane.