Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Mu Burundi Musenyeri Simon Ntamwana, ahanura indongozi z'Uburundi kudakumira abatavuga rumwe n'ubutegetsi. Inteko ishinga amategeko y'Ubufaransa iramagana icyo yita "jenoside" ikorerwa aba Uyghurs mu Bushinwa.