Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi umushikiraganji w'amagara y'abantu yemeza ko ibitigiri vy'abandura umugera wa Covid-19 vyasubiye kuba vyinshi ariko ntavuga uko bangana. Perezida wa Repuburika ya Demokarasi ya Kongo, Felix Tshisekedi, avuga ko ingabo za Uganda zitazoteba muri Kongo