Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Icegeranyo giheruka gusohorwa n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho ubwigenge bwo gutangaza amakuru, CPJ, gishira Eritreya, Etiopiya n’u Rwanda mu bihugu biza kw’isonga mu birimwo abamenyeshamakuru benshi bapfunzwe muri Afrika yo mu buseruko Abatari bake barahitanywe n’igihuhusi caciye mu ma Reta atandukanye yo mu bumanuko no mu burengero bwa Reta zunze ubumwe z’Amerika. Ico gihuhusi casenyuye inyubakwa zitari nke.