Murisanga

  • Diane Nininahazwe

Your browser doesn’t support HTML5

Muri Murisanga y'uno munsi iremeshejwe na Diane Nininahazwe, Ijwi ry'Amerika riragaruka ku kibazo c'ugufungura neza biciye mu ngaburwa n'imfungurwa nziza Uwuza kwishura utubazo dutandukanye ni Hakizimana Peter umuhinga n'umujenama mu vyo gufungura neza akorera mu kigo , Dynapharm International, i Kigali mu Rwanda. Iki kigo, citaho imirire n'uburimyi kikongera kigafasha abantu gufungura neza