Burundi: Ikori Rishasha ku Modokari n'Amapikipiki

Imodokari zunguruza Abantu zitondeye igitoro, i Bujumbura, mu Burundi

Mu Burundi, Reta yashizeho itagisi rishasha ku modoka n’amapikipiki. Iryo tagisi riva ku bihumbi 10 rigashika ku muliyoni w’amafranga y’amarundi. Ikigo kijejwe gutoza amakori n’amatagisi OBR gisigura ko iryo tagisi ari irigenewe gusanura amabarabara yasambutse kubera ivyo vyuma vyunguruza abantu n’ibintu biyacamwo.

Kurikira inkuru yose mu majwi, twateguriwe n’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Pierre Claver Niyonkuru, ari i Kigali, mu Rwanda.

Your browser doesn’t support HTML5

Uwutazoriha Ikori ry'Imodokari Azobihanirwa