Murisanga kw'Iyimikwa rya Joe Biden na Kamala Harris

Your browser doesn’t support HTML5

Ikiganiro Murisanga kw'irahira rya Joe Biden nka perezida wa 46 w'Amerika, na Visi perezida wiwe Kamala Harris, abaye umupfasoni wa mbere agiye muri ayo mabanga, kiremeshejwe na Diane Nininahazwe yatumiye Thomas Kamilindi akurikira ibibazo vya politike y'Amerika kuri VOA