Sentare Yemeje ko Ndayizeye Yokwitoza mu Matora ya Prezida

Domitien Ndayizeye yahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi

Sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro mu Burundi yahaye ukuri uwahoze arongoye ico gihugu, Domitien Ndayizeye, yari yankiwe n'umugwi CENI kuja mu bitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu matora yimirije mu kwezi kwa gatanu uyu mwaka.

Ku bakandida bane bari batanze ikirengo ni bwana Ndayizeye weneyene yahawe ukuri. Ni inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Eolge Willy Kaneza ukorera I Nairobi muri Kenya.

Your browser doesn’t support HTML5

Ndayizeye Domitien Azitoza mu Kwezi kwa Gatanu 2020