Uburundi Busabwa Kuganira n'Amashirahamwe Bwahagaritse

Perezida w'Uburundi, Pierre Nkurunziza

Ibihugu bifasha Uburundi n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bisaba Reta y’Uburundi kugirana ibiganiro n’amashirahamwe mpuzamakungu yigenga akorera mu Burundi kugira abandanye ibikorwa yakorera mu Burundi.

Abo bafasha Uburundi bemeza ko ayo mashirahamwe yaburabujwe gukora afise uruhara ntangere mw’iterambre ry’igihugu n’ubuzima bw’abanyagaihugu.

Ibindi kuri iyi nkuru umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Raymond Nzimana i Bujumbura arabidushikiriza:

Your browser doesn’t support HTML5

Amwe mu mashirahamwe aramaze kwubahiriza ibisabwa