Mundial 2018: Brezil Ntiyashimishijwe no Kunganya n'Ubusuwisi

Miranda ababajwe nuko yahushije igitsindo ku Busuwisi, Itariki 17/06/2018.

Kuri uyu musi w’Imana wabaye umunsi ugira kane w’igikombe cy’isi cy’umupira w’amaguru mu Burusiya:

Serbia yatsinze Costa Rica kimwe ku busa.

Mexique yatsinze Ubudage kimwe busa

Bresil n’Ubusuwisi banganyije kimwe kuri kimwe.

Ku musi wa mbere, Ububiligi buzohura na Panama, nayo Tuniziya ihure n’Ubwongereza.