Ihiganwa mu Mashure Yisumbuye ku Mvugo Inywanisha i Muyinga.

Ikarata y'Uburundi

Ishengero Katolika muri diyosezi ya Muyinga rimenyesha ko ribandanya imigambi yo gukomeza amahoro n’ubutungane mu Burundi. Musenyeri Yohakimu Ntahonderereye arongoye iyo doyoseze akaba n’umukuru w’inama y’abepisicopi katolika mu Burundi yabishikirije ku mugoroba w’uyu wa gatandatu urangiye. Hariko hasozerwa ihiganwa mu mashure yisumbuye rishingiye ku mvugo inywanisha.

Umumenyeshamakuru Fidele d'Antoine Nsabimana, Ijwi rya Amerika:

Your browser doesn’t support HTML5

Inkuru ya Jean-Bosco