CENI Ihamagarira Urwaruka rw'Uburundi Kwiyandishiriza Amatora

Icegera c’umukuru w’umurwi w’igihugu wigenga ujejwe amatora CENI ahamagarira urwaruka rufise imyaka 16 muri kino gihe gusaba karangamuntu kugira ruze rwitabe amatora ya 2020.

Umupfasoni Niyonkuru Annonciate yabishikirije kur’uno wa gatanu mu nama n’abaserukira imigambwe, abarongoye amashirahamwe yigenga n’amashengero.

Ni inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika mu Burundi Evariste Nzikobanyanka ari i Bujumbura.

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, urwaruka rufise Imyaka 16 Rwasabwe Kwiyandikisha kugira ruzotore mu 2020