Raila Odinga Yirahije nka Perezida w'Abanyakenya

Your browser doesn’t support HTML5

Raila Odinga kuri uyu wa kabiri yarahiye nk’umukuru w’igihugu ca Kenya imbere y’ibihumbi vy’abakunzi b’urunani rwiwe National Super Alliance Nasa. Odinga yavuze ko we ari “ perezida w’abanyagihugu”