Burundi: Gukemura Amatati Bisaba Ibanga ry'Abashingantahe

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, abashingantahe babandanya batatura amatati mu kibano. Ibanga ryabo ryari iryo kuzuriza abantu bafise ivyo bapfa. Uno munsi barabandanya gutunganiriza ababituye ku matati atandukanye.