Ibiturire Biravugwa mu Gisata c’Indero mu Burundi

Burundi

Abakozi bakuru bakuru mu gisata c’indero mu ntara za Kirundo, Ngozi, Muyinga na Karusi bakoraniye mu Kirundo kuva kuri uyu wa kane kugira bihweze uko igiturire coranduranwa n’imizi mu gisata bakukira.

Jean bosco Ntahimpera, umwunganizi w’umushikiranganji w’intwaro ibereye akaba n’umuvugizi w’ubwo bushikiranganji avuga ko igisata c’indero kiri mu bibangamiwe cane.

Ibindi kur'iyi nkuru, twumvirize mugenzi wacu jean Bosco Ndarurinze

Your browser doesn’t support HTML5

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, mu Burundi Jean Bosco Ndarurinze