Ishirahamwe ry'Ububiko n'Ingurane COOSPEC Ryarasahuwe

Burundi Coospec

Mu Burundi, imiliyoni zirenga umunani z’amafaranga y’amarundi zaribwe mw’ishirahamwe ryo kubika no kuguranana ry’abigenga COOSPEC mw’ijoro ryo kur’uyu wa kabiri muri komine Mugina, mu tara ya Cibitoke.

Amakuru ava mu nyamiramabi ngaho i Mugina, avuga kw’abasahuye ayo mafaranga bataramenyekana, ariko kw’ umunyezamu wo kur’iryo shirahamwe aza yahagaritswe ku mvo z’amatohoza.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Evariste Nzikobanyanka ni we yakurikiranye iyi nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

COOSPEC ryaraye risahuwe Gute?