Nta Bana bo Mw’Ibarabara m’Uburundi mu Myaka Itatu

Abana bo mw'ibarabara m'Uburundi

Reta y'Uburundi, amashengero n'amashirahamwe yigenga bamenyesha ko bagiye gushira inguvu hamwe mu gutorera umuti ikibazo c'abana bo mw'ibarabara.

Mu Burundi abana bo mw’ibarabara baharurwa mu bihumbi bitatu birenga nk’uko amatohoza yakozwe avyerekana.

Ahari benshi gusumba ahandi ni mu gisagra ca Bujumbura, ku mugwa mukuru w’intara ya Gitega hagati na hagati no ku mugwa mukuru wa Ngozi mu buraruko.

Urwo runani rwo kubasubiza mu miryango rwifuza ko mu myaka itatu iri imbere ata mwana yoba akirangwa mw’ibarabara.

Inkuru iramvuye, twumvirize umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika m’Uburundi, Eloge Willy Kaneza.

Your browser doesn’t support HTML5

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, i Bujumbura Eloge Willy Kaneza