Impunzi z’Abarundi i Nduta muri Tanzaniya Zagize Imigumuko

Impunzi z'Abarundi muri Tanzaniya

Urugendo rw’uwutwara PAM igisata ca Afrika rwaburabujwe n’imigumuko yiriwe mw’ikambi y’impunzi z’Abarundi I Nduta muri Tanzaniya. Zimwe murizo mpunzi zitararonka ibifungurwa vyo muri ukukwezi kw’8 ziriwe zugarije ibiro vya HCR zongera zugara amabarabara. Abantu barenga 10 bakomeretse abandi barafatwa barafungwa, mu gihe igipolisi cariko kibasukamwo ivyotsi bikoroza amosozi kugira agahengwe kagaruke.

N'inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Pierre Claver Niyonkuru:

Your browser doesn’t support HTML5

Inkuru ya Pierre Claver