Ibiro vya Mkapa Vyasuye Inkambi ya Nduta

Kuri uyu wa mbere Intumwa zidasanzwe ziserukira ibiro vy’umuhuza w’abarundi zagendeye ikambi y’impunzi ya Nduta mu gihugu ca Tanzaniya. Zaherekejwe n’abaserukira ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika.

Impunzi zishaka gutahuka zemerewe gufashwa, nayo izitabishaka zemerwa gukingirwa bikwiye. Izo mpunzi zazavye nuko zokwigizwa kure y’umupaka w’igihugu c’Uburundi zahunze.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver Niyonkuru akorera muri Tanzaniya ni we atugezaho iyo nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Ibiro vya Mkapa Vyasuye Inkambi ya Nduta