CNDD-FDD Wagiriza Ububirigi Amabi Yose y'Uburundi

Bamwe mu ndongozi z'umugambwe CNDD FDD zivuga ko Ababirigi aribo nkomoko yose y’ibibazo vya politike Uburundi bwagiye buracamwo kandi ko banagerageje guhungabanya ubutegetsi buriho bikanka.

Ivyo vyavugiwe mu birori vyo kugaragaza inguvu umugambwe CNDD FDD ufise vyabaye kuru uyu wa gatandatu mu ntara ya Muramvya.

Syvestre Ndayizeye, Umukuru w’igisata gikurikirana imihari yose yegamiye uwo mugambe, avuga kw’Ababirigi bananiwe gucanishamwo CNDD FDD.

N’inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika Fidele Nsabimana akorera mu ntara ya Muramvya.

Your browser doesn’t support HTML5

CNDD-FDD Wagiriza Ububirigi Amabi y'Uburundi