Uburundi Bushinja Ubulaya Uruhare ku Mutekano Muke

Willy Nyamitwe

Mugihe Uburundi bwemeza ko bwaronse inzandiko zerekana ko ubumwe bwa Bulaya bwagize uruhara mw'ihungabanywa ry'umutekano no kugerageza guhirika ubutegetsi mu mwaka wi 2015.

Ijwi ry’Amerika ririko riragerageza kuvugana n’abarundi bavugwa muri izo nzandiko, ariko ntiturabasha kuronka uwugira ico abivugako. Mu biganiro vyacu bikurikira, turizera ko bazoboneka tukabaha umwanya wo kwisobanura.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Auriane Itangishaka yavuganye n’umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe ihanahana amakuru Ambasaderi Willy Nyamitwe, amubaza niba izo nzandiko barazibonye n’ico bazivugako.

Your browser doesn’t support HTML5

Willy Nyamitwe