ISIS Yarashe Indege ya Iraki

Umuhari wa reta ya Kiyisilamu wakoroye indege ya kajugujugu ya Iraki yariko ifasha igipolisi mu rugamba mugisagara ca Mosul kur’uyu wa kane.

Igisirikare ca Iraki gitangaza ko abasirikare babibi bari muri yo bapfuye. Ntabindi birenz’ivyo vyatangajwe kur’ico gitero.