Ibitigiri vy’Ibirwanisho Ruhonyanganda kw’Isi
Your browser doesn’t support HTML5
Ibirwanisho ruhonyanganda vyaragabanutse kuva aho umubano hagati y’Uburusiya na Reta zunze ubumwe z’Amerika wari wifashe nabi ariko uburyo bigabanuka burikwega kuva mu ntango z’ico kinjana.