BURUNDI: Agathon Rwasa Aremeza Amakuru y’Umutekano Wiwe Muke

Agathon Rwasa

Hagize imisi hatangazwa amakuru avuga ko Agathon Rwasa, icegera ca kabiri c’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi, ashobora kugandagurwa.

Hari kandi n’amakuru agize imisi atangazwa, avuga kw’abanywanyi biwe bama bahagaritswe, bakagirizwa ivyaha avuga ko baba batakoze.

Ijwi rya Amerika ryaganiye n’umushingantahe Agathon Rwasa, araheza aravuga ukuntu ibintu vyifashe.

Mushobora kwumviriza Rwasa, atangura avuga ukuntu umutekano wiwe wifashe.

Your browser doesn’t support HTML5

Agathon Rwasa Aremeza Amakuru y’Umutekano Wiwe Muke