Burundi: Icibutso ca Ekleziya Katolika i Muyaga

President Donald Trump holds up a newspaper with the headline that reads "Trump acquitted" during the 68th annual National Prayer Breakfast, at the Washington Hilton in Washington, D.C.

Mu ntara ya Cankuzo, ahitwa “Muyaga”, hariko haratungunywa ikibanza cibutsa umuzo w’idini Katolika mu Burundi. Ico kibanza citwa “Ikirimba c’Umushaha Mweranda wa Yezu”, kiri ahitwa Buruhukiro, ku musozi Kabeza, uhanamiye paruwasi katolika ya Muyaga.

Paruwasi Katolika ya Muyaga niyo yabaye paruwasi ya mbere mu Burundi. Umukiristu w’umukatolika yabatirijwe ubwa mbere, avuka mur’ iyo paruwasi, ndetse n’abapatiri babiri ba mbere b’abarundi, niho bavuka. Ico kibanza kizoba ari kimwe gusa mu gihugu c’Uburundi.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Fidele Nsabimana ni we wakurikiranye iyi nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Icibutso ca Ekleziya Katolika