Abantu bagera kuri cumi na babiri nibo bamaze kumenyekana ko bitavye Imana kubera inzara kuva mu kwezi kwa cumi ko mu mwaka w’ibihumbi bibiri na cumi na gatandatu.
Icenda muri abo cumi na babiri bashengeye muri zino ndwi zibiri ziheze bakaba bagizwe n’abana bane. Abajejwe Intwaro basaba amashirahamwe atandukanye kubagarukirako mu kubaronsa Infungurwa.
Your browser doesn’t support HTML5
Inzara Bubanza