Imiryango 500 Yakuwe Mu Kigwati muri komine Gihanga
Your browser doesn’t support HTML5
Imiryango ishika 500 niyo yakuwe kuri uno wa mungu muri secteur Kagaragara, komine Gihanga intara ya Bubanza, mu burengero bw'uburundi. Ubu iyi miryango isaba ko yosubizwa mu mazu yabo. Aho benshi bashikiye kuri zone ya Buringa, nta mutegetsi canke ishirahamwe barabagarukiraho