BURUNDI: Abarwizatunga Bakwiye Kwijukira Isoko Rusangi rya CEAC

Burundi map

Abarongoye umuryango wa Afrika yo hagati bahamagarira abagwizatunga b'abarundi kwijukira isoko rusangi y'uwo muryango.

Ariko hari ibikenewe kubanza gukorwa. Kimwe mu bikenewe, n’uruhusha ku bagwizatunga, rutangwa n’umugwi w'igihugu.

Hari kandi n’ikibazo co kuronka ivyo u Burundi bushora muri CEAC, nk’uko tuvyiganirwa na mugenzi wacu Eloge Willy Kaneza.

Your browser doesn’t support HTML5

Umumenyeshamakuru w'Ijwi amerika i Bujumbura mu Burundi Eloge Willy Kaneza ni we utugezaho iyi inkuru