Burundi: Imyiyerekano Siwo Muti ku bw'Umuyobozi wa CNIDH

Umuyobozi w'ishirahamwe CNIDH, Jean Baptiste Baribonekeza

Inyuma yuko habaye imyiyerekano y’ukwiyamiriza umurwi ujejwe amatohoza ku bwicanyi bukomakomeye bwabaye mu Burundi kuva mu kwezi kwa gatanau umwaka w’ 2015, uwutwara umugwi w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi CNIDH, Jean Baptiste Baribonekeza, avuga ko imyiyerekano atariwo muti, ahubwo iciza ari ukuganira kubiri muri raporo ziba zasohotse.

Avuga ko Reta ahubwo yoganira na ONU, mu buryo bw’imigenderanire.

Ibindi kuri iyi nkuru twumvirize umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Pierre Claver Niyonkuru:

Your browser doesn’t support HTML5

Jean Baptiste Baribonekeza ayoboye ishirahamwe CNIDH