Burundi: Abamenyeshamakuru Babiri Bahagaritswe

Pierre Nkurikiye

Abamenyeshamakuru bakorera iradiyo BBC bahagaritswe n’igipolisi c’Uburundi bagirizwa ko bariko baragerageza kuzimanganya ivyagirizo vyo mu kibanza cahambwemwo abantu benshi.

Julia Steers, umunyamerikakazi hamwe na Gildas Ihundimpundu, umurundi, bahagaritswe bariko barafotora mur’ico kibanza kiri ku Mutakura nk’uko umuvugizi w’igipolisi, Pierre NKurikiye yabibwiye iradiyo Ijwi rya Amerika.

Your browser doesn’t support HTML5

Abamenyeshamakuru babiri bahagaritswe