Burundi: Reta Ntiyemera Umurwi wo Gutohoza

Map of Burundi

Reta y'Uburundi ivuga ko kubera utunenge turi mu ngingo yo kurungika umugwi wo gutohoza, mu Burundi, bidakunda kw'iyo ngingo ikora mu Burundi.

Ariko umukuru w'mugambwe, Parena Imbogoraburundi, asaba Reta kwemera uwo mugwi ukaza. Asigura ko mu gihe Reta ataco yiyotsa, bitoyitera ingorane na rirya isanzwe nayone ijejwe gukingira agateka k'abanyagihugu.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza i Bujumbura ni we atugezaho iyi nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Reta Ntiyemera itohoza ry'agateka ka muntu mu Burundi