BURUNDI : Ikiza Ca Kolera i Bujumbura

Umupfasoni w'impunzi ariko aravugwa, areze ikibondo ciwe.

Abantu barenga ijana baramaze gufatwa n’ico kiza mur’ico gisagara mu kiringo c’indwi zitatu, kimaze gitanguye kwibonekeza.

Umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy Mbonimpa, avuga ko hagiye gufatwa ingingo zihutirwa n’isuku zigiye gufatwa.

Mushobora kwumviriza ikiganiro twateguriwe na mugenzi wacu Evariste Nzikobanyanka.

Your browser doesn’t support HTML5

I Bujumbura, Evariste Nzinkobanyanka Ijwi ry'Amerika