Icongereza Kirabangamiye Abana b'Abarundi Biga mu Rwanda

Urwanda kw'ikarata

Ururimi rw'icongerereza ruri mu ntambamyi zabangamiye cane abana b'Ababrundi biga mugihugu c'u Rwanda.

Kw'ishure rya Rusumo High School, abana bavuye mw'ikambi ya Mahama, baremeza ko mu ntango cari ikibazo, ariko muri kino gihe ngo caratorewe umuti, bariga nkabandi bakanarwanira ibibanza vya mbere.

Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Désiré Hatungimana:

Your browser doesn’t support HTML5

Abana b'Abarundi biga mu Rwanda barabangamiwe n'Icongereza