Abana 6 bahora bafungiwe mu Rumonge, bagirizwa gusibanganya ama foto ya Perezida Nkurunziza, bararekuwe ku musi wa gatanu ku mugoroba.
Iryo rekurwa ryabaye inyuma y'aho inama nshingamateka isabiye ko abana bose bafunzwe muri iyo dosiye bogirirwa ikigongwe.
Urunani rw'amashirahamwe aharanira agateka k'abana, Fenadeb, rurashima iyo ngingo. Rusaba ko n'abandi bana borekurwa. Umukuru wa Fenadeb, Jacques Bigirimana, yavuganye n'ijwi rya Amerika:
Your browser doesn’t support HTML5
Abana 6 bari bapfungiwe mu Rumonge barekuwe