Malala Yousafzai Azogendera Ikambi ya Mahama

Malala Yousafzai

Umwigeme w'umunya Pakistani, yamenyekanye mu guharanira agateka k'umwigeme kw'isi, akanaronswa agashimwe k'amahoro kitiriwe Nobel, azwi kw'izina rya Malala, ari mu rugendo mu Rwanda, kuva kuruyu wa gatatu.

Amaze gushika i Kigali, Perezida, Paul Kagame, yaciye amwakira.

Kuruyu wa kane, Malala azogendera ikambi y'impunzi y'Abarundi i Mahama, mu ntumbero yo guteza imbere ibijanye n'indero mu mashure.

N'inkuru ya Tabitha Mukamusoni:

Your browser doesn’t support HTML5

Malala Yousafzai azogendera ikambi ya Mahama