Uburundi: Abantu barenga 100 Bapfungiwe i Muyinga

Abarundi barenga ijana, bagizwe ahanini n’urwaruka, baraye bahagaritswe n’igipolisi bavuye mu gihugu ca Tanzaniya.

Abajejwe intwaro n’igipolisi i Muyinga bavugako hataragera ko bagira ico bavuga kur iiryo hagarikwa kuko bakiri mu gikorwa co kwegeranya umwirondoro w’abo Barundi.

Bamwe mu banyagihugu barashoboye kumenyako mu bahagaritswe harimwo ababo. Umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Jean-Bosco Ndarurinze, yavuganye na bamwe mu bari bavuye kuraba abana babo. Bavugako mu kugenda muri Tanzaniya, bababwira ko bagiye kurondera ubuzi bwo kurima:

Your browser doesn’t support HTML5

Abarenga 100 bafungiye mu ntara ya Muyinga