Burundi: Nditije Aridoga Abamuserukiye Arusha

Charles Nditije

Mu gihe mu gihugu ca Tanzaniya ibiganiro bihuza Abarundi bikomeje bamwe mu banyepolitike batavuga rumwe na leta ntibabitumiwemo.

Muribo harimo Charles Nditije, umuyobozi w’umugambwe UPRONA igice kitemewe na leta. Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Auriane Itangishaka yavuganye na Nditije yemeje ko atabutumire yaronse muri ivyo biganiro kandi ko atari kubijamwo.

Your browser doesn’t support HTML5

Nditije