Perezida Sylvestre Ntibatunganya yahoze atwara Uburundi avuga ko basavye umushingantahe Perriello gusaba reta y'Amerika kubandanya iremera reta y’Uburundi kugira ngo yemere kuganira n’abanyapolitike bose batavuga rumwe, ata n’umwe akumiriwe:
Ntibantunganya yarabuganye n'umumenyeshamakuru Frederic Nkundikije w'Ijwi ry'Amerika.
Your browser doesn’t support HTML5
President Sylvestre yahoze atwara Uburundi ku nama na Thomas Perriello