Burundi: Mu Ntara ya Kayanza Imvura Yatwaye Imirima

Imvura y’isegenya yaguye mu kwezi kwa mbere uyu mwaka 2016 mu ma komine amwamwe y’intara ya Kayanza, yaratwaye imirima myishi cane y’abanyagihugu na cane cane igiterwa c’umuceri kirimwa mu myonga.

Abanyagihugu bahaburiye imirima bavuga ko babayeho nabi.

Abajejwe intwaro mu bice imvura yaguyemwo ari nyinshi bavuga ko gushika ubu atawuricwa n’inzara mubo barongoye, ariko bakemeza ko babayeho nabi na nabi k’uburyo bw’uko habonetse abagira neza babafasha vyotanga akarusho.

Ni inkuru y’umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Jean Bosco Ndarurinze .

Your browser doesn’t support HTML5

Imvura y'Isegenya mu Kayanza