Burundi: Abo ku Ntahangwa Baridogera Abasirikare

Abasirikare b'Uburundi

Abasirikare b'Uburundi

Bamwe mu banyagihugu bo mw’ikomine ya Ntahangwabavuga ko baraye bakubiswe, bongera baramburwa ivyabo n’ abasirikareVyongeye, abo banyagihugu bavuga kw’umuntu wabo yatwawe n’abo basirikare.

Bavuga ko batazi irengero ryiwe kubera ko bazungurutse mu busho bwose bagahebura.

Mu gipolisi bavuga kw’abantu bakubise abo banyagihugu batazwi, kubera kw’ imyambaro y’inzego z’umutekano yakwiye hose.

Mushobora kwumviriza inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Fidelite Ishatse.

Your browser doesn’t support HTML5

Abanyagihugu bo ku Ntahangwa, baridogera abasirikare