Burundi : Ikibazo Co Gufata Abakenyezi Ku Nguvu

Mu kwerekana aho urugero, ugufata abogore ku nguvu rugeze, urwaruka ruhurukiye mu murwi w’inkinamico mu Burundi “Lampyre” ruriko roratembera mu gihugu cose, rutungunya inkinamico yerekana ayo mabi.

Ku musi wa gatandatu, urwo rwaruka rwari rwagiye gukina mu ntara ya Gitega mu mashure atandukanaye, afise uburaro.

Abo bakinyi bavuga ko bagomba kurengera imico yo kuvuga ibintu bimwe bimwe abarundi batinya kuvuga, bigatuma amabi akorerwa abakenyezi, adatuzwa.

Mushobora kwumvuriza iyi nkuru ya Fidele D’Antoine Nzikobanyanka

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi drama Fidele d'Antoine