Gitega: Musenyeri Ntamwana Arahanura Abarundi

  • Nsabimana

Umusi w'ubumwe mu Burundi

Musenyeri Ntamwana avuga ko kutubahiriza amasezerano y’I Arusha ariyo ntandaro y’umutekamo muke mu Burundi.

Mu nkuka y’imisa yaherejwe na Musenyeri Simoni Ntamwana, umwepiskopi muri diyosezi nkuru ya Gitega, yaramenyesheje kw’ubumwe bw’Abarundi bwatosekaye kuko hari abantu bashira ku ruhande amasezerano y’ubumwe.

Umwungere w’Imana, Ntamwana, avuga kandi ko kurenga kuri ayo masezerano vyatumye amakungu acira umukenke Abarundi.

Your browser doesn’t support HTML5

Musenyeri Ntamwana ku musi w'ubumwe mu Burundi